Itanguriro 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko yirukana nya muntu maze ashira mu buseruko bw’uwo murima wa Edeni+ abakerubi*+ be n’icuma c’inkota caka urubeya caguma cizunguriza, ku bwo kurinda inzira ija kuri ca giti c’ubuzima. Zaburi 99:1 Bibiliya y’isi nshasha 99 Yehova ubwiwe acitse umwami+. Ibisata vy’abantu nibihagarike umutima+.Yicaye ku bakerubi+. Isi nidegedwe+.
24 Nuko yirukana nya muntu maze ashira mu buseruko bw’uwo murima wa Edeni+ abakerubi*+ be n’icuma c’inkota caka urubeya caguma cizunguriza, ku bwo kurinda inzira ija kuri ca giti c’ubuzima.
99 Yehova ubwiwe acitse umwami+. Ibisata vy’abantu nibihagarike umutima+.Yicaye ku bakerubi+. Isi nidegedwe+.