Kuvayo 38:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi imambo zose za nya taberenakulo n’iza nya kigo kiyikikuje zari iz’umujumpu+. Guharura 3:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ivyo bene Merari babwirizwa gucungera vyari ibizingiti+ vy’itaberenakulo, n’ibihindizo+ vyayo, n’inkingi+ zayo, n’ivyicaro binogoye vyayo n’ibikoresho vyose+ vyayo, n’igikorwa cose kijanye na yo+,
36 Ivyo bene Merari babwirizwa gucungera vyari ibizingiti+ vy’itaberenakulo, n’ibihindizo+ vyayo, n’inkingi+ zayo, n’ivyicaro binogoye vyayo n’ibikoresho vyose+ vyayo, n’igikorwa cose kijanye na yo+,