Abalewi 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Tora Aroni n’abahungu biwe bari kumwe na we+, na za mpuzu+, na ya mavuta yo kurobanuza+, na ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro+, na za mpfizi z’intama zibiri, na ca gisimbo c’udutsima tutarimwo umwambiro+, Abaheburayo 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko umuherezi mukuru wese akuwe mu bantu agenwa ku bw’abantu ku bintu vyerekeye Imana+, kugira ashikane amashikanwa n’ibimazi ku bw’ibicumuro+.
2 “Tora Aroni n’abahungu biwe bari kumwe na we+, na za mpuzu+, na ya mavuta yo kurobanuza+, na ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro+, na za mpfizi z’intama zibiri, na ca gisimbo c’udutsima tutarimwo umwambiro+,
5 Kuko umuherezi mukuru wese akuwe mu bantu agenwa ku bw’abantu ku bintu vyerekeye Imana+, kugira ashikane amashikanwa n’ibimazi ku bw’ibicumuro+.