Itanguriro 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi inzahabu yo muri iyo ntara ni nziza+. Hariyo kandi budeliyo*+ n’ibuye rya onigisi+. Kuvayo 35:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 amabuye ya onigisi n’amabuye amadikwa yo gushira kuri efodi+ no kuri ka kambarwa ko ku gikiriza+.