Itanguriro 43:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi bicarikwa imbere yiwe, imfura yicara hisunzwe uburenganzira bwayo bw’imfura+, n’umuhererezi yicara hisunzwe ubuto bwiwe; kandi nya bagabo baguma barabana bumiwe. Kuvayo 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Aya rero ni yo mazina ya bene Isirayeli baje mu Misiri bari kumwe na Yakobo, umugabo wese azanana n’urugo rwiwe+:
33 Kandi bicarikwa imbere yiwe, imfura yicara hisunzwe uburenganzira bwayo bw’imfura+, n’umuhererezi yicara hisunzwe ubuto bwiwe; kandi nya bagabo baguma barabana bumiwe.
1 Aya rero ni yo mazina ya bene Isirayeli baje mu Misiri bari kumwe na Yakobo, umugabo wese azanana n’urugo rwiwe+: