Kuvayo 39:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umusitari wa kane+ na wo wari ibuye rya kirisolito na onigisi+ na yade. Yari ashingagiye mu twicariro tw’inzahabu mu dutereko twayo.
13 Umusitari wa kane+ na wo wari ibuye rya kirisolito na onigisi+ na yade. Yari ashingagiye mu twicariro tw’inzahabu mu dutereko twayo.