Kuvayo 39:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kari ikwadarato iyo kazinzemwo kubiri. Bakora nya kambarwa ko ku gikiriza, iyo kazinzemwo kubiri kakangana n’itambwe ry’intoke mu burebure, no mu bwaguke itambwe ry’intoke+.
9 Kari ikwadarato iyo kazinzemwo kubiri. Bakora nya kambarwa ko ku gikiriza, iyo kazinzemwo kubiri kakangana n’itambwe ry’intoke mu burebure, no mu bwaguke itambwe ry’intoke+.