Kuvayo 39:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanyuma batangura gukora iminyororo itsivye kuri ka kambarwa ko ku gikiriza, ikozwe bwa mugozi, mu nzahabu itavanze+.
15 Hanyuma batangura gukora iminyororo itsivye kuri ka kambarwa ko ku gikiriza, ikozwe bwa mugozi, mu nzahabu itavanze+.