Kuvayo 39:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Inyuma y’ivyo bacisha nya migozi ibiri y’inzahabu muri vya bigōmbo bibiri ku mpera za nya kambarwa+. Abalewi 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubukurikira amushirako ka kambarwa ko ku gikiriza+, yongera agashiramwo Urimu na Tumimu*+.
17 Inyuma y’ivyo bacisha nya migozi ibiri y’inzahabu muri vya bigōmbo bibiri ku mpera za nya kambarwa+.