Kuvayo 39:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hanyuma bacisha impera zibiri za ya migozi ibiri muri twa twicariro tubiri. Maze badushira kuri twa dutambara two ku rutugu twa efodi, ku ruhande rwayo rw’imbere+.
18 Hanyuma bacisha impera zibiri za ya migozi ibiri muri twa twicariro tubiri. Maze badushira kuri twa dutambara two ku rutugu twa efodi, ku ruhande rwayo rw’imbere+.