Kuvayo 39:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Vyongeye, bakora udukengeri tw’inzahabu itavanze, badushira hagati y’amakomamanga+, tuzunguruka umubuga wa nya mwitero utagira amaboko, tuza turarobeka nya makomamanga;
25 Vyongeye, bakora udukengeri tw’inzahabu itavanze, badushira hagati y’amakomamanga+, tuzunguruka umubuga wa nya mwitero utagira amaboko, tuza turarobeka nya makomamanga;