Abalewi 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+. Guharura 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Wewe n’abahungu bawe bari kumwe nawe mukwiye kuzigama ubuherezi bwanyu ku vyerekeye igicaniro vyose no ku vyerekeye ibiri inyuma y’irido+; kandi muze mukore igikorwa+. Nzotanga ubuherezi bwanyu bwa gikorwa c’ingabirano, kandi uw’ahandi azokwegera aze yicwe+.”
2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+.
7 Wewe n’abahungu bawe bari kumwe nawe mukwiye kuzigama ubuherezi bwanyu ku vyerekeye igicaniro vyose no ku vyerekeye ibiri inyuma y’irido+; kandi muze mukore igikorwa+. Nzotanga ubuherezi bwanyu bwa gikorwa c’ingabirano, kandi uw’ahandi azokwegera aze yicwe+.”