Abalewi 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi amara+ yaryo n’amaguru* yaryo bizokwozwa n’amazi. Umuherezi aze abifumbishe umwotsi vyose ku gicaniro bibe ishikanwa riturirwa, ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura kuri Yehova+. Abalewi 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Vyongeye, yoza amara n’amaguru* abifumbisha umwotsi kuri rya shikanwa riturirwa, ku gicaniro+.
9 Kandi amara+ yaryo n’amaguru* yaryo bizokwozwa n’amazi. Umuherezi aze abifumbishe umwotsi vyose ku gicaniro bibe ishikanwa riturirwa, ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura kuri Yehova+.