Abalewi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.
4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.