Abalewi 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hanyuma Musa atora ya nkoro+, ayizungagiza irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Yakuwe kuri ya mpfizi y’intama y’iyatira, icika umugabane+ wa Musa, nk’uko Yehova yari yamutegetse. Zaburi 99:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Musa na Aroni bari mu baherezi biwe+,Samweli na we yari mu bambaza izina ryiwe+.Barahamagara Yehova, na we akabitaba+.
29 Hanyuma Musa atora ya nkoro+, ayizungagiza irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Yakuwe kuri ya mpfizi y’intama y’iyatira, icika umugabane+ wa Musa, nk’uko Yehova yari yamutegetse.
6 Musa na Aroni bari mu baherezi biwe+,Samweli na we yari mu bambaza izina ryiwe+.Barahamagara Yehova, na we akabitaba+.