Abalewi 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi mutegerezwa kurirya muri ahantu heranda+, kuko ari ingaburo yawe n’ingaburo y’abahungu bawe ivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro; kuko ukwo ari ko nategetswe.
13 Kandi mutegerezwa kurirya muri ahantu heranda+, kuko ari ingaburo yawe n’ingaburo y’abahungu bawe ivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro; kuko ukwo ari ko nategetswe.