Abalewi 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ntakwiye guhumanya uruvyaro rwiwe mu gisata ciwe+, kuko ndi Yehova uwuriko aramweza+.’” Abalewi 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Bategerezwa kugumya ibwirizwa ryanje, kugira ngo igicumuro ntikibajeko, bigatuma bapfa+ ku bw’ico, kubera bariko barabihumanya. Ndi Yehova uwuriko arabeza. Yohani 10:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 none mubwira jewe uwo Data yejeje akanamutuma mw’isi, ngo: ‘Urarogose,’ kubera ko mvuze nti: Ndi Umwana w’Imana+?
9 “‘Bategerezwa kugumya ibwirizwa ryanje, kugira ngo igicumuro ntikibajeko, bigatuma bapfa+ ku bw’ico, kubera bariko barabihumanya. Ndi Yehova uwuriko arabeza.
36 none mubwira jewe uwo Data yejeje akanamutuma mw’isi, ngo: ‘Urarogose,’ kubera ko mvuze nti: Ndi Umwana w’Imana+?