Kuvayo 27:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Nayo wewe, uze utegeke bene Isirayeli bakuronse amavuta y’umwelayo atyoroye, asekuye, y’igitangamuco, kugira ngo amatara yatswe nantaryo+. 1 Samweli 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Itara ry’Imana ntiryari bwazime, kandi Samweli yari aryamye mu rusengero+ rwa Yehova, aho isandugu y’Imana yari.
20 “Nayo wewe, uze utegeke bene Isirayeli bakuronse amavuta y’umwelayo atyoroye, asekuye, y’igitangamuco, kugira ngo amatara yatswe nantaryo+.
3 Itara ry’Imana ntiryari bwazime, kandi Samweli yari aryamye mu rusengero+ rwa Yehova, aho isandugu y’Imana yari.