ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 10:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu nyuma bene Aroni, Nadabu na Abihu+, batora umwe wese ikijamwo umuriro+ ciwe barabizana, babishiramwo umuriro, bashira n’imibavu+ kuri wo, batangura gushikanira imbere ya Yehova umuriro utemewe n’amategeko+, uwo atari yarabategetse.

  • 2 Ngoma 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Maze bahagurukira Uziya umwami+, bamubwira bati: “Ewe Uziya, si igikorwa cawe+ guturirira Yehova imibavu, ahubwo guturira imibavu ni igikorwa c’abaherezi bene Aroni+, abejejwe. Sohoka uve aheranda, kuko wahemutse, kandi ivyo nta buninahazwa+ buvuye kuri Yehova Imana biguhesha.”

  • Ezekiyeli 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi abagabo mirongo irindwi+ bo mu bahumure b’inzu ya Isirayeli, Yayazaniya mwene Shafani+ akaba yari ahagaze hagati muri bo, bari bahagaze imbere yavyo, umwe wese afise icotezo ciwe mu kuboko kwiwe, akamoto k’igicu c’imibavu* kakaba kariko karaduga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika