ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Kandi aze yake ikoraniro rya bene Isirayeli+ imyagazi y’impene ibiri y’amasuguru ku bw’ishikanwa ry’igicumuro+, n’impfizi y’intama imwe y’ishikanwa riturirwa+.

  • Abalewi 16:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+, atange impongano+ ku bwiwe+ no ku bw’inzu yiwe+.

  • Abalewi 16:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Aze afate makeyi kuri nya maraso ayacucagire+ kuri co n’urutoke rwiwe incuro indwi, agihumanure yongere aceze kiveko ubuhumane bwa bene Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika