Kuvayo 35:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze Musa abwira bene Isirayeli ati: “Raba, Yehova yahamagaye mw’izina Bezaleli+ mwene Uri, Uri mwene Huru, wo mu muryango wa Yuda. 1 Ngoma 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Huru na we avyara Uri+, Uri na we avyara Bezaleli+.
30 Maze Musa abwira bene Isirayeli ati: “Raba, Yehova yahamagaye mw’izina Bezaleli+ mwene Uri, Uri mwene Huru, wo mu muryango wa Yuda.