Itanguriro 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku musi ugira indwi Imana irangiza igikorwa cayo yari yakoze, maze ku musi ugira indwi itangura kuruhuka igikorwa cayo cose yari yakoze+. Yesaya 40:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+. Abaheburayo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ahantu hamwe yavuze ivy’umusi ugira indwi iti: “Hanyuma ku musi ugira indwi Imana iruhuka ibikorwa vyayo vyose+,”
2 Ku musi ugira indwi Imana irangiza igikorwa cayo yari yakoze, maze ku musi ugira indwi itangura kuruhuka igikorwa cayo cose yari yakoze+.
28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+.
4 Kuko ahantu hamwe yavuze ivy’umusi ugira indwi iti: “Hanyuma ku musi ugira indwi Imana iruhuka ibikorwa vyayo vyose+,”