Imigani 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Bazorya rero ku vyamwa vy’inzira yabo+, kandi bazohimba inama zabo bwite+.