Yeremiya 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yehova ambwira ati: “Naho Musa+ na Samweli+ boba bahagaze imbere yanje, umutima wanje ntiwoba kuri aba bantu+. Bokwirukanwa bakamva mu maso, bagasohoka+. Ezekiyeli 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+.
15 Nuko Yehova ambwira ati: “Naho Musa+ na Samweli+ boba bahagaze imbere yanje, umutima wanje ntiwoba kuri aba bantu+. Bokwirukanwa bakamva mu maso, bagasohoka+.
4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+.