Itanguriro 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Niyemeje rwose kumanuka kugira ndabe nimba bakora neza na neza nk’uko amaborogo haborogerwa yanshikiriye ari; nimba na ho atari ko biri, ndabimenye+.” Gusubira mu vyagezwe 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uze wibuke inzira yose Yehova Imana yawe yagucanyemwo iyi myaka mirongo ine yose mu gahinga+, kugira agucishe bugufi+, ngo akugeze+ amenye ikiri mu mutima wawe+, ko wogumije amabwirizwa yiwe canke utoyagumije. Zaburi 139:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mana, nunserangure umenye umutima wanje+.Nunsuzume umenye ivyiyumviro vyanje bidurumbanya+,
21 Niyemeje rwose kumanuka kugira ndabe nimba bakora neza na neza nk’uko amaborogo haborogerwa yanshikiriye ari; nimba na ho atari ko biri, ndabimenye+.”
2 Kandi uze wibuke inzira yose Yehova Imana yawe yagucanyemwo iyi myaka mirongo ine yose mu gahinga+, kugira agucishe bugufi+, ngo akugeze+ amenye ikiri mu mutima wawe+, ko wogumije amabwirizwa yiwe canke utoyagumije.