Kuvayo 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Abantu baraheza baremera+. Aho bumviye yuko Yehova yitayeho+ bene Isirayeli be n’uko yabonye amarushwa yabo+, baca barunama bakubita inkoro hasi+.
31 Abantu baraheza baremera+. Aho bumviye yuko Yehova yitayeho+ bene Isirayeli be n’uko yabonye amarushwa yabo+, baca barunama bakubita inkoro hasi+.