Guharura 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!” Gusubira mu vyagezwe 1:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Yosuwa mwene Nuni, uwuhagaze imbere yawe, ni we azokwinjirayo+.’ Uyo yaramukomeje+, kuko azotuma Isirayeli igitorana.) Yosuwa 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Inyuma y’urupfu rwa Musa umusavyi wa Yehova, Yehova abwira Yosuwa+ mwene Nuni, umusuku wa Musa+, ati:
28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!”
38 Yosuwa mwene Nuni, uwuhagaze imbere yawe, ni we azokwinjirayo+.’ Uyo yaramukomeje+, kuko azotuma Isirayeli igitorana.)
1 Inyuma y’urupfu rwa Musa umusavyi wa Yehova, Yehova abwira Yosuwa+ mwene Nuni, umusuku wa Musa+, ati: