Itanguriro 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko namenyanye na we kugira ategeke abahungu biwe n’urugo rwiwe mu nyuma ziwe, ku buryo bazogumya inzira ya Yehova kugira bashitse ubugororotsi n’ubutungane+; kugira Yehova ashitse koko kuri Aburahamu ivyo yavuze ku bimwerekeye+.” Zaburi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova amenya inzira y’abagororotsi+,Mugabo inzira y’ababisha izozimangana+. 2 Timoteyo 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko umushinge ukomeye w’Imana uguma uhagaze+, uriko iki kidodo, ngo: “Yehova arazi abiwe+,” kandi ngo: “Umuntu wese avuga izina rya Yehova+ avavanure n’ibitagororotse+.”
19 Kuko namenyanye na we kugira ategeke abahungu biwe n’urugo rwiwe mu nyuma ziwe, ku buryo bazogumya inzira ya Yehova kugira bashitse ubugororotsi n’ubutungane+; kugira Yehova ashitse koko kuri Aburahamu ivyo yavuze ku bimwerekeye+.”
19 Ariko umushinge ukomeye w’Imana uguma uhagaze+, uriko iki kidodo, ngo: “Yehova arazi abiwe+,” kandi ngo: “Umuntu wese avuga izina rya Yehova+ avavanure n’ibitagororotse+.”