Kuvayo 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uku ni ko uzogenza ishūri yawe n’intama yawe+: Mu misi indwi izogumana na nyina wayo+. Ku musi ugira umunani uze uyimpe.
30 Uku ni ko uzogenza ishūri yawe n’intama yawe+: Mu misi indwi izogumana na nyina wayo+. Ku musi ugira umunani uze uyimpe.