ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze Farawo aba intabarirwa, ntiyaturekura+, Yehova aca yica imfura yose mu gihugu ca Misiri+, uhereye ku mfura y’umuntu ugashika ku gitungwa c’uburiza+. Ni co gituma ndiko nshikanira Yehova ivy’igitsina-gabo vyose vyugurura igitereko+, n’imfura yose mu bahungu banje nkayicungura+.’

  • Guharura 18:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Icugurura igitereko+ cose, c’ubwoko bwose bw’umubiri, ico bazoshikiriza Yehova, co mu bantu no mu bikoko, kize kibe rwawe. Ariko ntuze ubure gucungura imfura y’abantu+; kandi uze ucungure imfura y’igikoko gihumanye+.

  • Guharura 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Uze uyicunguze ikiguzi cayo c’icungurwa kuva ku yimaze ukwezi kuduga, hakurikijwe agaciro kagereranijwe, shekeli z’ifeza zitanu hisunzwe shekeli y’ahantu heranda+. Na yo ingana na gera* mirongo ibiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika