Itanguriro 35:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inyuma y’ivyo baragenda, maze Imana ica ivutu ibisagara vyari hirya no hino yabo+, ku buryo batoma inyuma bene Yakobo. Imigani 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iyo Yehova ahimbawe n’inzira z’umuntu+, atuma mbere n’abansi biwe bibera amahoro na we+.
5 Inyuma y’ivyo baragenda, maze Imana ica ivutu ibisagara vyari hirya no hino yabo+, ku buryo batoma inyuma bene Yakobo.