Kuvayo 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Kandi uze ukore mu giti c’umunyinya igicaniro c’uburebure bw’amatambwe atanu, n’ubwaguke bw’amatambwe atanu. Ico gicaniro+ kize kibe ikwadarato, amahagarara yaco na yo abe amatambwe atatu.
27 “Kandi uze ukore mu giti c’umunyinya igicaniro c’uburebure bw’amatambwe atanu, n’ubwaguke bw’amatambwe atanu. Ico gicaniro+ kize kibe ikwadarato, amahagarara yaco na yo abe amatambwe atatu.