ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi wewe ubwawe ubwire abantu bose b’inkerebutsi bafise umutima nujuje impwemu y’ubukerebutsi+, bakore impuzu za Aroni ku bwo kumweza, kugira ankorere bwa muherezi+.

  • Kuvayo 31:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nayo jewe, ehe ndamuhaye Oholiyabu mwene Ahisamaki wo mu muryango wa Dani+ ngo bakorane, kandi nshize ubukerebutsi mu mutima w’umuntu wese afise umutima wuzuye ubukerebutsi, kugira bashobore koko gukora ikintu cose nagutegetse+:

  • Kuvayo 35:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “‘Kandi ab’umutima w’inkerebutsi bose+ muri mwebwe nibaze bakore ivyo Yehova yategetse vyose,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika