-
Kuvayo 26:24Bibiliya y’isi nshasha
-
-
24 Bikwiye kuba ari bibiribibiri amaja hasi, kandi biri kumwe bikwiye kuba ari bibiribibiri gushika hejuru kw’isonga rya kimwe cose, ku kigōmbo ca mbere. Ni ko bikwiye kuba kuri ivyo bibiri. Bizoba ibikingi vy’imfuruka bibiri.
-