Kuvayo 26:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Kandi uze ukore irido+ mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe. Azoyikora ideshweko abakerubi+ badeshwe n’umudeshi. Kuvayo 40:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze yinjiza nya Sandugu mw’itaberenakulo araheza ashira ya rido+ y’igikingirizo mu kibanza hanyuma yugara inzira ishika kuri ya sandugu y’igishingantahe+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa. Abaheburayo 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 iyo yadutangurije ari inzira nshasha kandi nzima ica muri rya rido+, ari ryo mubiri wiwe+,
31 “Kandi uze ukore irido+ mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe. Azoyikora ideshweko abakerubi+ badeshwe n’umudeshi.
21 Maze yinjiza nya Sandugu mw’itaberenakulo araheza ashira ya rido+ y’igikingirizo mu kibanza hanyuma yugara inzira ishika kuri ya sandugu y’igishingantahe+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.