Itanguriro 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko yirukana nya muntu maze ashira mu buseruko bw’uwo murima wa Edeni+ abakerubi*+ be n’icuma c’inkota caka urubeya caguma cizunguriza, ku bwo kurinda inzira ija kuri ca giti c’ubuzima.
24 Nuko yirukana nya muntu maze ashira mu buseruko bw’uwo murima wa Edeni+ abakerubi*+ be n’icuma c’inkota caka urubeya caguma cizunguriza, ku bwo kurinda inzira ija kuri ca giti c’ubuzima.