ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ibi ni vyo abarengana baja mu baharuwe bose bazotanga: ica kabiri ca shekeli hisunzwe shekeli y’ahantu heranda+. Ingero mirongo ibiri za gera* zingana na shekeli. Ica kabiri ca shekeli ni yo ntererano ihabwa Yehova+.

  • Guharura 3:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 uze utore shekeli zitanu ku muntu umwumwe wese+. Uze uzitore wisunze shekeli y’ahantu heranda. Shekeli imwe ni gera* mirongo ibiri+.

  • Guharura 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Uze uyicunguze ikiguzi cayo c’icungurwa kuva ku yimaze ukwezi kuduga, hakurikijwe agaciro kagereranijwe, shekeli z’ifeza zitanu hisunzwe shekeli y’ahantu heranda+. Na yo ingana na gera* mirongo ibiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika