Kuvayo 30:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umutunzi ntakwiye gutanga ibirenze, kandi n’umuntu mutoyi ntaze atange ibiri munsi y’ico ca kabiri ca shekeli+, kugira hatangwe intererano ya Yehova kugira ngo mutangirwe impongano+.
15 Umutunzi ntakwiye gutanga ibirenze, kandi n’umuntu mutoyi ntaze atange ibiri munsi y’ico ca kabiri ca shekeli+, kugira hatangwe intererano ya Yehova kugira ngo mutangirwe impongano+.