Kuvayo 25:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 n’inyuzi z’ubururu, n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, n’igitambara c’ibara ry’agahama*, n’ilino nziza, n’ubwoya bw’impene+, Kuvayo 35:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi abo bose baba bafise inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, n’igitambara c’ibara ry’agahama, n’ilino nziza n’ubwoya bw’impene n’inshato z’impfizi y’intama zizize ibara ritukura n’inshato z’ivyogaruzi, barabizana+.
4 n’inyuzi z’ubururu, n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, n’igitambara c’ibara ry’agahama*, n’ilino nziza, n’ubwoya bw’impene+,
23 Kandi abo bose baba bafise inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, n’igitambara c’ibara ry’agahama, n’ilino nziza n’ubwoya bw’impene n’inshato z’impfizi y’intama zizize ibara ritukura n’inshato z’ivyogaruzi, barabizana+.