Kuvayo 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 n’amabuye ya onigisi n’amabuye amadikwa yo gushira kuri efodi*+ no ku kambarwa ko ku gikiriza+. Kuvayo 35:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 amabuye ya onigisi n’amabuye amadikwa yo gushira kuri efodi+ no kuri ka kambarwa ko ku gikiriza+.