Kuvayo 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 n’amabuye ya onigisi n’amabuye amadikwa yo gushira kuri efodi*+ no ku kambarwa ko ku gikiriza+. Abalewi 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubukurikira amushirako ka kambarwa ko ku gikiriza+, yongera agashiramwo Urimu na Tumimu*+.