Kuvayo 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze atangura kubwira abantu biwe ati: “Ehe raba! Bene Isirayeli ni benshi kandi barakomeye kuturusha+.
9 Maze atangura kubwira abantu biwe ati: “Ehe raba! Bene Isirayeli ni benshi kandi barakomeye kuturusha+.