Kuvayo 37:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Akora kandi ya mavuta meranda y’ukurobanuza+ na ya mibavu imota neza+, itavanze, bikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu.
29 Akora kandi ya mavuta meranda y’ukurobanuza+ na ya mibavu imota neza+, itavanze, bikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu.