Kuvayo 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi wewe ubwawe ubwire abantu bose b’inkerebutsi bafise umutima nujuje impwemu y’ubukerebutsi+, bakore impuzu za Aroni ku bwo kumweza, kugira ankorere bwa muherezi+.
3 Kandi wewe ubwawe ubwire abantu bose b’inkerebutsi bafise umutima nujuje impwemu y’ubukerebutsi+, bakore impuzu za Aroni ku bwo kumweza, kugira ankorere bwa muherezi+.