ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 “Kandi uze ukore igitereko c’amatara mu nzahabu itavanze. Kize gikorwe gicurishijwe inyundo+. Intebe yaco, amashami yaco, ibikombe vyaco, amapfundo yaco n’amashurwe yaco bibe ibiva muri co.

  • Abaheburayo 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko hari harubatswe igihimba ca mbere c’ihema+ carimwo igitereko c’amatara+ hamwe n’imeza+ be n’imikate yerekanwa+; kandi citwa “Aheranda+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika