Kuvayo 38:1 Bibiliya y’isi nshasha 38 Hanyuma akora ca gicaniro c’ishikanwa riturirwa, mu giti c’umunyinya. Uburebure bwaco bwari amatambwe atanu, ubwaguke bwaco amatambwe atanu, kikaba ikwadarato, amahagarara yaco akaba amatambwe atatu+. 1 Abakorinto 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nimurabe Isirayeli yo mu buryo bw’umubiri+: Mbega abarya ku bimazi ntibasangira n’igicaniro+? Abaheburayo 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Turi n’igicaniro abakora igikorwa ceranda kw’ihema badafise uburenganzira bwo kurya ibiri kuri co+.
38 Hanyuma akora ca gicaniro c’ishikanwa riturirwa, mu giti c’umunyinya. Uburebure bwaco bwari amatambwe atanu, ubwaguke bwaco amatambwe atanu, kikaba ikwadarato, amahagarara yaco akaba amatambwe atatu+.
10 Turi n’igicaniro abakora igikorwa ceranda kw’ihema badafise uburenganzira bwo kurya ibiri kuri co+.