Kuvayo 30:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+. Abaheburayo 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umwigino kuruta bagenzawe+.”
25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+.
9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umwigino kuruta bagenzawe+.”