Kuvayo 29:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Uzoshikana ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro buri musi ngo ibe impongano+, kandi uze utyorore igicaniro igicumuro mu kugitangira impongano, wongere ukirobanuze amavuta+ kugira cezwe. Abalewi 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Inyuma y’ivyo acucagira makeyi kuri yo incuro indwi kuri ca gicaniro+, araheza arakiyarobanuza be n’ibikoresho vyaco vyose, na ca kibesani n’igitereko caco kugira ngo vyezwe.
36 Uzoshikana ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro buri musi ngo ibe impongano+, kandi uze utyorore igicaniro igicumuro mu kugitangira impongano, wongere ukirobanuze amavuta+ kugira cezwe.
11 Inyuma y’ivyo acucagira makeyi kuri yo incuro indwi kuri ca gicaniro+, araheza arakiyarobanuza be n’ibikoresho vyaco vyose, na ca kibesani n’igitereko caco kugira ngo vyezwe.