ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko Musa azana hafi Aroni n’abahungu biwe, araboza+ n’amazi+.

  • Abanyefeso 5:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 kugira ngo aryeze+, aryuhagize amazi biciye kuri rya jambo+,

  • Abaheburayo 7:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 kuko Itegeko rigena kuba abaherezi bakuru+ abantu bafise ubugoyagoye+, mugabo ijambo rya ya ndahiro irahiwe+ ryaje inyuma y’Itegeko rikagena Umwana, uwagizwe uwutagira akanenge+ ibihe vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika