Kuvayo 29:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Kandi ibi ni vyo uzoshikana kuri ico gicaniro: impfizi z’intama zikiri nto, imwe yose imaze umwaka, wame ushikana zibiri ku musi+.
38 “Kandi ibi ni vyo uzoshikana kuri ico gicaniro: impfizi z’intama zikiri nto, imwe yose imaze umwaka, wame ushikana zibiri ku musi+.